Nti bikiri ibanga vuba Murundikazi Kabatesi araja mu murwi w’abavyeyi.
Anick kabatetsi yamenyekanye cane kw'izina rya Murundikazi yakora impuzu z'ibiti hambavu yivyo akaba yari n'incuti cane y 'abaririmvyi hakaba hari nabo yanabonetse mu ndirimbo (vidéo Clip zitari nke)…