Ng’iri ibanga yakoresheje kugira atangure kaminuza ku myaka 16
Umukinyi w’umusatirizi w’umugwi Messager Ngozi Dr Raoul yatubwiye ibanga yakoresheje kugira atangure kaminuza afise imyaka 16. Mu kiganiro yakoranye na Indundi Tv Dr Raoul yavuze y’uko icoba catumye atangura kaminuza akiri…