5.5 C
New York
Wednesday, October 20, 2021
Homeabakinyi bakina hanzeNdayishimiye Mike Tresor ahejeje kugurwa na KRC GENK

Ndayishimiye Mike Tresor ahejeje kugurwa na KRC GENK

Urukurukuru niyo nkuru , umukinyi w’umurundi Ndayishimiye Mike Tresor ahejeje gutera umukono ku masezerano yo gukinira Umugwi wo mu cicaro ca mbere mu bubirigi KRC GENK.

Mike Tresor akaba yashize umukono ku masezerano yo gukinira umugwi KRC GENK wo mu bubirigi mu kiringo c’imyaka 4 .

Umugwi Willem wo mu gihugu ca Hollande yahora akinamwo mw’ihiganwa ry’umwaka wa 2020-2021, yawutsindiye ibitsindo 5 yongera atanga n’imipira 12 yavyaye ibitsindo mu nkino 37 yawukiniye .

Mwomenya y’uko umugwi wa KRC GENK agiyemwo uzokina ihiganwa rikomeye ry’iburaya rya Europa League mu mwaka wa 2021-2022.

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...