5.5 C
New York
Wednesday, October 20, 2021
HomeBurundiYabasabiye ko bokwirukanwa burundu mu kazi kabo

Yabasabiye ko bokwirukanwa burundu mu kazi kabo

Abacamanza bihaye ingendo igayitse yo gucafuza isanamu nziza y’ubucamanza yabasabiye ko bokwirukanwa burundu maze basubirizwe n’abashobora kwitwararika ingorane z’abenegihugu.

Mu karuhuko arimwo mu ntara ya Ruyigi, umukuru w’inama nkenguzamateka Emmanuel Sinzohagera yakoranije inama abaserukira abandi mu ntwaro,abaserukira amashengero hamwe n’abaserukira imigambwe ikorera mu makomine ya Ruyigi hamwe na Bweru.

Mw’ijambo ry’ikaze, Buramatari w’intara ya Ruyigi yamenyesheje ko ubusuma butobuto bwo mu mazu, akaboregwe, amatati y’amatongo, amasanganya yo mw’ibarabara Ruyigi-Cankuzo biri mu bituma umutekano uhungabana mu benegihugu bo muri iyo ntara.

Ku kibazo c’ubucamanza, Umukuru w’inama nkenguzamateka yasavye umushikiranganji w’ubutungane kwirukana burundu abacamanza bashaka gucafuza ishusho nziza y’ubutungane.

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...