IKIRUNDI_news

Natacha yoba yahawe urucanco rwa COVID-19

Natacha iyo abarizwa ku mugabane wa buraya iyo Ari mu karuhuko, yoba yikingishije ikiza ca COVID-19 giterwa n’umugera wa Coronavirus.

Ivyo bikaba vyabonetse ku mbuga nka Instagram na Facebook asanzwe akoresha. Aho yabonetse yiteza urushinge ku kubuko kw’ukubamfu.

Iryo sanamu ryakunzwe n’abatari bake rikaba ryaherekejwe n’amajambo yabonetsemwo Ijambo urucanco.

Ico gikorwa co gucandaga abanegihugu ico gihugu kibarizwa abageze mu zabukuru benshi, kikaba kikimazemwo igihe, kuko kanatsinda kiri no mu bimaze igihe bibangamiwe n’ico kiza, kuko kibatwara abatari bake.

Kandi urwo rukingo rukaba Ari kimwe mu biriko birasabwa b’ibihugu bitari bike kugira bakurekurire kwinjira mu bihugu vyabo. Ibica vyumvikana kuko Natacha akunze kuboneka mu bihugu bitari bike kubera akazi kiwe.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 340