5.5 C
New York
Wednesday, October 20, 2021
Homeabakinyi bakina hanze#Indundi Sports | Intamba mu rugamba amaguru yose muri Finale

#Indundi Sports | Intamba mu rugamba amaguru yose muri Finale

Intamba mu rugamba zihejeje gukatisha itike ryo kwitabira urukino rwa nyuma ( Finale ) rw’igikombe ca Cecafa Challenge Cup ririko ribera muri Ethiopie.

Hari kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 27 Mukakaro 2021 isaha indwi 13h00 mu masaha ya hano iwacu aho umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba wahura n’umugwi nserukira gihugu wa Kenya Harambe Star mu rukino rw’igice ca kabiri gishira icanyuma rw’igikombe ca Cecafa Challenge Cup c’abatarenza imyaka 23 kiriko kibera muri Ethiopia .

Urwo rukino rwarangiye imigwi yose inganije 0-0 niho guca batera za Penariti , Intamba zica zitsinda 4 kuri 2 niho guca zandikisha itike ryo kwitabira urukino rwa nyuma rwa finale.

Intamba zikaba zigiye guhura na Tanzania yashoboye gutsinda Sudani y’epfo igitsindo 1-0 .

Mwomenya y’uko urukino rwa nyuma ko ruzoba igenekerezo rya 31 Mukakaro uwu mwaka turimwo wa 2021.

 

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...