Babbi ngo Bikini n’utumini abarundi bambara aho hambere nta tandukaniro ririmwo
Muri ino misi indirimbo Njana n’imwe mu ndirimbo ziriko zivugwa n’abatari bake, bivanye n’abayikoze canke amasanamu aheruka gushirwa ahabona na nyene iyo ndirimbo ariwe Babbi, asanzwe akorera ibikorwa vyiwe ku mugabane wa…