Day: August 5, 2021

Yvan Muziki agiye kuza I Bujumbura Vuba

Yvan Muziki ngo yamaze kugera mu gihugu kibanyi c’Urwanda, aho n’inyuma y’igihe kitari gito adaheruka muri Afrika aho asanzwe aza mu bikorwa vy’umuziki, kuruhuka n’ukuraba umuryango. Ntiharamenyekana nimba uwo muririmvyi hari…