5.5 C
New York
Sunday, September 26, 2021
HomeEmpire AvenueBelle nice: Ep yiwe yayitwaruriye hasigaye gufungura

Belle nice: Ep yiwe yayitwaruriye hasigaye gufungura

Ni Ep irindiranywe igishika y’umwigeme wo muri Empire Avenue azwi kw’izina rya Belle Nice.

Tuvuze ko yari irindiranywe igishika nikubera uravye igihe giheze si gito atera ibidashika. Kuva aho yaradidaniwe n’izina yoha iyo Ep yiwe. Yarahavuye araritora ariko akaguma atanga isango azoyirekurirako ariko ntibibe nkuko yabivuze.

Ni bimwe muvyagaragaza abantu bayirindiriye ko yabanyoteje nk’uko babicisha muma commentaire bagiye batanga ku mafoto yagiye arashirako kumbuga ngurukanabumenyi.

Ep yiwe izina ni “Ibintu Ep” isango yaduhaye n’uko izosohoka igenekerezo rya 13 Myandagaro 2021.
Twamaze kumenya ko izoba igizwe n’indirimbo 6 n’uko zitwa n’abo bazofashanya ko ari abo muri empire gusa Berturo na Sat B.

Irabire nawe uko yabishize kumugaragaro igisigaye turindiriye kuzumviriza gusa.

Gumana natwe Indundi Magazine turi ngaha kubwanyu isango niryakurikizwa tuzobibamenyesha.

- Advertisment -

Must Read

# indundi Sports| Ndikumana Justin yongewe amasezerano muri Bandari Fc

0
Justin Ndikumana abandanya yizerwa muri Bandari Fc umugwi wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Kenya. Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya...