Berry avuga indimi zibiri kuri Collabo afitanye na Bruce Melodie
Hari Collabo ihari hagati ya Bruce Melodie hamwe na Berry Music naho adashaka kuvyemera, ivyo n’ivyabonetse mu kiyago yagiranye n’imwe mu mboneshakure zikorera hano iwacu. Muri ico kiyago, Berry ku ruhande rumwe ntiyemera ko…