5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
Homeabakinyi bakina hanzeAigle Noir yaguze umuduga w’akataraboneka wo gutwara abakinyi

Aigle Noir yaguze umuduga w’akataraboneka wo gutwara abakinyi

 

Umugwi wo mu cicaro ca mbere Aigle Noir waguze umuduga uri mu bwoko bwa Bus uzotwara abakinyi bawo mw’ihiganwa rya Primus league 2021-2022.

Uwo muduga ukaba umaze gushika mu Burundi mbere amatwi adusumira ngo ninawo uzotwara abakinyi ba Aigle Noir ku birori vya Aigle Noir bise Aigle Day bizoba igenekerezo rya 14 Myandagaro 2021 aho Aigle Noir izotana mu mitwe na Les Crocos yo mu Rumonge mu rukino rwa mbere rwa Primus league .

Mwomenya ko uwo muduga uri mu bwoko bwa Bus ufise ibibanza bishobora gutwara abantu bishika kuri 45.

- Advertisment -

Must Read

Jaja ngo ashaka ko abarwayi bakire indwara zabo biciye mu kwizera

0
Amazina yahawe n'abavyeyi ni Uwimana Jeanine akaba azwi kw'izina rya Jaja Jeanine Umwuga wo wo kuririmba yawutanguye akiri muto mw'ishure ry'abana mu nyuma yaho araheza abifata...