5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
HomeUncategorized# Indundi Sports | Ukuri kw’igurwa rya Nshimirimana Ismail muri Kiyovu Sport...

# Indundi Sports | Ukuri kw’igurwa rya Nshimirimana Ismail muri Kiyovu Sport yo mu Rwanda

Umukinyi wa Rukinzo Fc akongera akaba n’umukinyi w’intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 23 Nshimirimana Ismail batazira Pitchy arabeshuza amakuru avuga y’uko yoba agiye kwerekeza muri Kiyovu Sports yo mu gihugu c’Urwanda.

Ismaïl akaba yemereye Indundi Sports y’uko amaze kuvugana n’abarongozi b’umugwi Kiyovu Sports ariko ibintu ntibitarangura.

Ismail yitwaye neza mu nkino za Cecafa U 23 zariko zibera muri Ethiopie mu kwezi guheze kwa Mukakaro gushika muri kino gihe nta mugwi afise abarizwamwo mugihe imigwi itari mike ya hano iwaci iriko iramwipfuza .

Mwokwibuka y’uko ayo makuru avuga y’uko yoba agiye gukinira Kiyovu Sports yo mu Rwanda yashikirijwe na bamwe mu bamenyeshamakuru bo mu gihugu c’Urwanda .

 

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Umugwi Geita Fc waraye wirikanye Etienne Ndayiragije

0
    Umumenyereza w’umurundi Etienne Ndayiragije ntakibarizwa mu mugwi Geita Fc wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania . ku musi w’Imana igenekerezo rya 24...