#Indundi Sports| Bizimana Amissi Coutinho yatandukanye na Sofapaka Fc
Umugwi Sofapaka Fc wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Kenya warekuye abakinyi bashika kuri 3 abo nabo akaba ari Pistone Mutamba Kepha Aswani mugihe Bizimana Amissi Coutinho wewe habanje kuba umwumvikano ku mpande zose zibiri…