5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
Homeabakinyi bakina hanzeNduwarugira Christophe yoba yagizwe kizigenza wa Leixoes Sc yo muri Portugal?

Nduwarugira Christophe yoba yagizwe kizigenza wa Leixoes Sc yo muri Portugal?

 

Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 10 Myandagaro 2021, niho ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri mu gihugu ca Portugal ryaraye ritanguye icese.

Umugwi Lexoes Sc ukinamwo umukinyi wo hagati w’intamba mu rugamba Nduwarugira Christophe waraye utanye mu mitwe na Farense, urwo rukino rukaba rwarangiye Lexoes ya Nduwarungira Chrisophe itsinze Farense ibitsindo 3-1.

Umukinyi Nduwarugira Christophe Lucio akaba ariwe yari yambaye igitambara c’ubukizigenza bisigura ko bishoboka y’uko ariwe kizigenza mushasha w’ihiganwa ryo muri uno mwaka.

Mwomenya y’uko Nduwarugira Christophe Lucio yakinye iminota yose y’urukino.

 

- Advertisment -

Must Read

Jaja ngo ashaka ko abarwayi bakire indwara zabo biciye mu kwizera

0
Amazina yahawe n'abavyeyi ni Uwimana Jeanine akaba azwi kw'izina rya Jaja Jeanine Umwuga wo wo kuririmba yawutanguye akiri muto mw'ishure ry'abana mu nyuma yaho araheza abifata...