Desire P: Inyuma y’umwaka ari mu gacerere aje n’ishusho nshas
Niyomwungere Désiré avuka mu Ntara ya Makamba, kuva 2016 niho yatanguye gufata umuziki nk'akazi, ubwiwe ariyemera ko umuziki wamutumye yunguka umuryango munini aranashima ku vyerekeye uburyo ko atabura ay’ubufu. Umwaka…