Don Brighter yafukuye Diamond, ngo imigufu yambara niya Fake
Mu misi iheze, Diamond yashize ahabona amashusho yerekana imigufu yiwe mishasha, aho yavuze ko yayiguze amafaranga atari make, angana n’48,000 vy’amafaranga ya amerika. Iyo migufu yavugishije benshi kuko batemera ko ayo…