5.5 C
New York
Wednesday, October 20, 2021
HomeBurundiDon Brighter yafukuye Diamond, ngo imigufu yambara niya Fake

Don Brighter yafukuye Diamond, ngo imigufu yambara niya Fake

Mu misi iheze, Diamond yashize ahabona amashusho yerekana imigufu yiwe mishasha, aho yavuze ko yayiguze amafaranga atari make, angana n’48,000 vy’amafaranga ya amerika. Iyo migufu yavugishije benshi kuko batemera ko ayo mafaranga yashikirije ariyo vyukuri zigurwa.

Umwe mu bagize ico bashikiriza n’umuririmvyi w’umurundi Don Brigher, asanzwe abarizwa ku mugabane wa amerika, aho yavuze ko iyo migufu idashobora kugurwa amafaranga Diamond yashikirije.

Uwo muririmvyi yavuze ko iyo migufu igurwa amafaranga atari musi y’ibihumbi 500 ya amerika, bisigura ko izo uwo muririmvyi wo muri Tanzania yemerwa n’abatari bake yabeshe igiciro, canke izo yaguze ari iza Fake, zitarimwo ama Diamond nkuko abivuga.

Mwomenya ko umwe mu basahirizi ba Diamond ariwe “Sallam Sk” yaheruka kumenyesha aho bari muri Zanzibar, ko uwo muririmvyi yamaze igihe kirekire yambara imigufu ya fake, ariko uno musi yambara iz’amafaranga menshi cane.

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...