5.5 C
New York
Wednesday, October 20, 2021
Homeabakinyi bakina hanze#Indundi Sports | Menya amateka y’umugwi Union Sportive Gendarmerie

#Indundi Sports | Menya amateka y’umugwi Union Sportive Gendarmerie

Umugwi Union Sportive Gendarmerie ni umugwi wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Niger ninawo uzohura n’umugwi Messager Ngozi mu nkino za CAF Champions League.

Uwo mugwi wavutse mu mwaka w’1996 ukaba uri mu gisagara ca Niamey mu gihugu ca Niger. Ufise ikibuga cawo gishobora kwakira abantu bashika ku bihumbi 35,000 .

Uwo mugwi nta mateka akomeye twabonye ufise kuko umaze gufata ikibanza ca kabiri mw’ihiganwa ryo muri Niger aho hari mu mwaka wa 2016-2017 , umaze gukina finale y’igikombe ca Super Coupe mu mwaka wa 2020.

Amateka y’uwo mugwi akomeye ntaboneka ku mbuga ngurukana bumenyi ariko ico mwomenya n’uko watwaye ihiganwa ryo muri Niger ry’umwaka wa 2020-2021.

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...