5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
Homeabakinyi bakina hanzeIndundi Sports | Menya amateka y’umugwi wa Diables Noirs igiye guhura na...

Indundi Sports | Menya amateka y’umugwi wa Diables Noirs igiye guhura na Bumamuru Fc

Umugwi Diables Noirs ukaba ari umugwi wo mugihugu ca Congo Brazzaville.

Uwo mugwi wavutse mu mwaka w’1950 uca uhabwa izina rya Diable Noirs biturutse ku mufaransa Aimé Brun.

Ku bijanye n’ibikombe vy’ihiganwa ryo muri Congo Brazzaville uwo mugwi umaze gutwara umaze gutwara ibikombe 7 , ivy’umwaka wa 1961, 1976, 1991, 2004, 2007, 2009, 2011.

Ibikombe vya Coupe du Congo ni nk’igikombe c’umukuru w’igihugu aho uwo mugwi umaze gutwara ibikombe (8) , ivy’umwaka w’1989, 1990, 2003, 2005, 2012, 2014, 2015, no mu mwaka w’2018.

Ukaba umaze gukina Finale zigera kuri 6 , iy’umwaka w’1982, 1984, 1991, 1992, 2011, hamwe no mu mwaka w’2013.

Ukaba umaze gutwara igikombe ca Coupe d’Afrique Equatoriale mu mwaka w’1959.

Ayo niyo mateka y’umugwi Diables Noirs ugiye guhura na Bumamuru Fc mu nkino za CAF Confederation Cup.

 

- Advertisment -

Must Read

Jaja ngo ashaka ko abarwayi bakire indwara zabo biciye mu kwizera

0
Amazina yahawe n'abavyeyi ni Uwimana Jeanine akaba azwi kw'izina rya Jaja Jeanine Umwuga wo wo kuririmba yawutanguye akiri muto mw'ishure ry'abana mu nyuma yaho araheza abifata...