5.5 C
New York
Wednesday, October 20, 2021
HomeComediesMutima le comedien: aguma yiyorera amahera yo kwamamaza ibidandazwa

Mutima le comedien: aguma yiyorera amahera yo kwamamaza ibidandazwa

Ngo iyo ukoze bigashimwa ntubura abagushima,
ubu ishirahamwe Amani optique ridadandaza amarori meza ryamutoye ngo aserukire ibidandazwa vyabo.


Mutima ngo uretse ko amarori yabo ari meza,uyambaye uberwa n’ abagendana ingwara y’amaso ntibidoga iyo babatumbereye kuko icipfuzo cabo n’ugusubiza amagara meza abarwayi.

Uti Mutima le comédien boba bakorana gute? Uzosanga amafoto ya Mutima amanitse ku kibanza basanzwe bakorerako (pancarte)nawe agaheza akavyungukiramwo kuko kundwi kundwi aronka ibihumbi 50 amahera y’amarundi uziko isorosoro rirwira iyo rija.

Baje kuvura abantu bongera bateza imbere abanyabuhinga
Reka tubakeze twongera tubipfuriza iterambere co kimwe n’amashirahamwe abandanya ateza imbere impano z’abanyabuhinga batandukanye nabo barye kumpano bahawe n’Imana.

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...