5.5 C
New York
Wednesday, October 20, 2021
HomeBurundiMasterland yemereye akabirya abariko baramutora

Masterland yemereye akabirya abariko baramutora

Inyuma y’ugushirwa mu baririmvyi 10 bariko barahiganigwa kuzokuramwo 3 bazohabwa buri wese 15,000,000fbu n’ikinyobwa Primus mw’ihiganwa Tagata na Primustar, Masterland ugusaba abafana biwe ngo bamutore vyagiye ku rundi rugero.

Masterland akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram, ahejeje gusaba abafana biwe kunyarukira mu duhamagazo mu gice ca SMS canke Message ngo bamutore kuri numero 10 yahawe muri iryo higanwa. Uwo muririmvyi yahaye abo bafana biwe indagano ko inyuma y’ugutahukana 15,000,000 fbu azoca ashira hanze amasanamu y’indirimbo nshasha yarafise mu kabati.

Masterland yanagiriyeko muri ubwo butumwa bwamaze iminota 2( https://bit.ly/3ghvHD6 ) , yumvisha abamukurikirana agace k’amasegonda ashika kuri 20 k’iyo ndirimbo.

Iyo ndirimbo ikaba izoba ije isanga iyindi yitwa Leila imaze amez 6 na Amashurwe aruma imaze amezi 4 isohotse ku rubuga rwiwe rwa Youtube.

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...