5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports | Francine Niyonsaba ahejeje kwenurira abandi muri Prefontaine Classic

# Indundi Sports | Francine Niyonsaba ahejeje kwenurira abandi muri Prefontaine Classic

Inyuma yo kutaronka amahirwe yo kwitwara neza muri Jeux Olympiques Tokyo 2020, umunonotsikazi Francine Niyonsaba ahejeje kwenurira abandi mu gufata ikibanza ca mbere mw’ihiganwa rya Prefontaine – Classic ryariko ribere muri America.

Francine Niyonsaba akaba yandikishije amateka kuko yabaye uwa kabiri yirutse mu mwanya muto mu mateka y’isi kuva iryo higanwa ryo kwiruka mu kirere kingana na 3.218,68 ritanguye nkuko bishikirizwa n’ibinyamakuru vyo muri America .

Niyonsaba Francine akaba yashoboye gukoresha umwanya ungana na 9:00.75.

Mwomenye y’uko yashoboye gutsinda abakinyi babiri aribo Latesenbet Gidey na Hellen Obiri bafise imidari y’inzahabu ya Jeux olympiques Tokyo 2021.

 

- Advertisment -

Must Read

Jaja ngo ashaka ko abarwayi bakire indwara zabo biciye mu kwizera

0
Amazina yahawe n'abavyeyi ni Uwimana Jeanine akaba azwi kw'izina rya Jaja Jeanine Umwuga wo wo kuririmba yawutanguye akiri muto mw'ishure ry'abana mu nyuma yaho araheza abifata...