HomeIKIRUNDI_newsInkinoindundi Sports | Urutonde rw’abakinyi 19 b’intamba mu rugamba bazohura na Algerie

indundi Sports | Urutonde rw’abakinyi 19 b’intamba mu rugamba bazohura na Algerie

Bimenyimana Bon fiss Caleb , Bizimana Amiss Coutinho , Moussa Omar , Ulimwengu Jules na Bigirimana Abedi, Jamir Naouts akina muri Hollande , nibo bakinyi badakina muri Primus league bongerejwe kugira bazofashanye n’abakina mu gihugu mu ntumbero yo gutana mu mitwe n’umugwi nserukira gihugu wa Algerie mu rukino rwa kivandimwe ruzoba igenekerezo rya 29 Myandagaro 2021 i Doha muri Qatar.

Aba nibo bakinyi 19 bazokwerekeza muri Qatar :

1) Rukundo Onesime
2) Wilondja Ismail
3) Hakizimana Issa
4) Hakizimana Adolphe
5) Moussa Omar
6) Nshimirimana Ismail
7) Mbirizi Eric
8) Ngabonziza Blanchard
9) Nsabimana Issa Hubert
10) Nimubona Emery
11) Urasenga Danny Kagabo
12) Nahimana shassir
13) Mugisha Josué Alberto
14) Jamir Naoudt Matheo
15) Rukundo Abdourahman Paplay
16) Bimenyimana Bon Fils Caleb
17) Ulimwengu Jules
18) Amissi Bizimana
19) Bigirimana Abedi

 

- Advertisment -

Must Read

Gervais Ndirakobuca: “Le métier de police est une vocation, un travail...

0
Conformément à l'article 259 de la Constitution du Burundi, qui précise que les membres des corps de défense et de sécurité ont le droit d'être informé et...