HomeBurundi# Indundi Sports | Etienne Ndayiragije agiye kumenyereza Geita Gold

# Indundi Sports | Etienne Ndayiragije agiye kumenyereza Geita Gold

Urukurukuru niyo nkuru , umugwi Geita Gold Fc waraye uhaye amasezerano Umumenyereza w’umurundi Etienne Ndayiragije .

 

Ndayiragije yamenyereje umugwi wa Vital’o Fc na LLBS4A hano mu Burundi yashize umukono kumasezerano yo kumenyereza uwo mugwi Geita mu kiringo c’umwaka .

Uwo mumenyereza akaba agiye muri uwo mugwi waduze mu cicaro cambere avuye mu mugwi Kiyovu Sports wo mu gihugu c’urwanda .

Mwomenya ko Etienne  yamenyereje imigwi ya Vital’o Fc , Les Guepiers du Lac , LLBS4A , Mbao Fc , KMC , Umugwi nserukira gihugu wa Tanzania Taifa Stars hamwe na Kiyovu Sports .

- Advertisment -

Must Read

Hujali, Godas’s new song will be out soon

0
Hujali is a new song of the singer Godas Muhoza. We recently informed you of its probable date of publication, but the real date...