Amissi Tambwe yaguzwe n’umugwi wo mu cicaro ca kabiri muri Tanzania
Umukinyi w’umusatirizi w’umurundi yigeze kubica bigacika ari kumwe n’imigwi ya Simba Sc na Yanga Africans Amissi Tambwe agiye gusubira gukina mu gihugu ca Tanzania. Amissi Tambwe akaba yashize umukono ku masezerano y’umwaka…