IKIRUNDI_news

Brarudi: Nibande bagiye gutahukana imiriyoni 15

Kurondera umu star biciye ku kinyombwa primus niryo hangiro ry’ishirahamwe Brarudi.

Nk’uko twabikubwiye mu nkuru duheruka kubandikira, mu baririmvyi icumi bari batowe hasigaye abaririmvyi ba 5 babandanije mu gice gishira ica nyuma c’iryo higanwa rya Tagata na primustar, abo nabo akaba ari Andy Mwag, B Face, Esther Nish, Olegue hamwe na  Mastaland.

Igenekerezo rya 29 Myandagaro 2021 niho hazomenyekana batatu bambere, umwe umwe akazotahukana imiriyoni 15 z’amarundi.

Isango twarimenye ntuzocike no kwirabira umuririmvyi ushaka guha amahirwe.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 216