5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports | Manchester United munzira yo gukubita gapapu Cristiano Ronaldo

# Indundi Sports | Manchester United munzira yo gukubita gapapu Cristiano Ronaldo

Umwanya n’umwanya umukinyi Cristiano Ronaldo ashobora kwiyunga na Manchester United yigeze gukinira kera, iyo ikaba ari gapapu Manchester United ikubise umukeba wayo Manchester City.

Manchester City bumvise y’uko Cristiano Ronaldo yahinduye iciyumviro ahitamwo Manchester United yigeze gukinira kera baciye bareka gusubira gukora ibiganiro nawe.

Biravurwa y’uko uwigeze kumenyereza Cristiano Ronaldo muri uwo mugwi Machester United Mutama Sir Alex Ferguson ariwe yoba yabujije uwo mukinyi kwiyunga n’abakeba ba Manchester City mbere n’umukinyi akaba amaze kubwira Jorge Mendes y’uko yipfuza kwiyunga na Manchester United.

 

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Umugwi Geita Fc waraye wirikanye Etienne Ndayiragije

0
    Umumenyereza w’umurundi Etienne Ndayiragije ntakibarizwa mu mugwi Geita Fc wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania . ku musi w’Imana igenekerezo rya 24...