5.5 C
New York
Wednesday, October 20, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports | Intamba mu rugamba zaraye zinyagiwe na Algerie

# Indundi Sports | Intamba mu rugamba zaraye zinyagiwe na Algerie

Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 29 Myandagaro 2021 , aho intamba mu rugamba z’abakinyi bakina mu Burundi zatana mu mitwe n’umugwi nserukira gihugu wa Algerie, urwo rukino ntirworoheye intamba mu rugamba kuko zanyagiwe ibitsindo 3-0.

Ku ruhande rw’ubusatirizi bw’intamba harabonetse y’uko hakiri ikibazo kidasanzwe nk’uko mwavyiboneye mu nkino za Cecafa Challenge Cup -23.

Muri urwo rukino vyaboneka cane y’uko Algerie yarushije umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba.

 

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...