5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports | Saido Berahino agiye gusubira mu Bwongereza

# Indundi Sports | Saido Berahino agiye gusubira mu Bwongereza

Kizigenza w’intamba mu rugamba Saido Berahino agiye gusubira mu gihugu c’Ubwongereza.

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 31 Myandagaro 2021 niwo musi wa nyuma w’igura n’igurishwa ry’abakinyi kumugabane wa buraya .

Iyo nkuru ikaba yandtswe n’ibinyamakuru nka Theatletic , Sunsport hamwe na BBC vyo mu bwongereza aho bivuga y’uko Saido Berahino agiye kwerekeza mu mugwi Shiffield Wednesday Fc ukina mw’ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri mu Bwongereza League One .

Uwo mugwi Shiffield Wednesday ukaba uhagaze mu kibanza ca kabiri inyuma y’umugwi Sunderland uri mu kibanza ca mbere.

Saido Berahino akaba yakuriye mu Bwongereza akinira imigwi ya Wesbrom , hamwe na Stock City.

Mwomenya y’uko Saido Berahino yahora akinira umugwi Zulte Werregem ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Ububirigi.

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Umugwi Geita Fc waraye wirikanye Etienne Ndayiragije

0
    Umumenyereza w’umurundi Etienne Ndayiragije ntakibarizwa mu mugwi Geita Fc wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania . ku musi w’Imana igenekerezo rya 24...