5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
HomeBurundiFortran muri iyi misi abarizwa I Kinshasa

Fortran muri iyi misi abarizwa I Kinshasa

Fortran Bigirimana ngo yamaze gushika amahoro I Kinshasa, nkuko yabashije kuvyandika ku rubuga rwiwe rwa Instagram.

Uwo muririmvyi w’umurundi abarizwa ku mu gihugu kimwe na Messi, muvyo yashikirije ku rubuga rwiwe rwa Instagram, yashimiye abamwakiriye bose, eka n’abamubaye hafi mu masengesho.

Fortran rikaba atari irya mbere yerekeza muri ico gihugu kuko amaze kuhakorera ibikorwa vy’uguhimbaza Imana bitari bike.

Mwomenya ko ikijanye uwo muririmvyi muri ico gihugu ari igiteramo co guhimbaza Imana categuwe, kikaba kizoba kuwa 11/9 mu rusengero Eglise la Compession y’i Kinshasa.

- Advertisment -

Must Read

Jaja ngo ashaka ko abarwayi bakire indwara zabo biciye mu kwizera

0
Amazina yahawe n'abavyeyi ni Uwimana Jeanine akaba azwi kw'izina rya Jaja Jeanine Umwuga wo wo kuririmba yawutanguye akiri muto mw'ishure ry'abana mu nyuma yaho araheza abifata...