Inkino

# Indundi Sports | Intamba mu rugamba zaraye zerekeje i Moroni mu gihugu ca Comores

Mu gaturuturu ko kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 03 Nyakanga 2021 , niho umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba waraye werekeje mu gihugu ca Comores mu ntumbero yo gukina inkino zibiri za kivandimwe, izo nkino zibiri zikazoyihuza na Seychelles hamwe na Comores kumagenerezo ya 4 na 7 Nyakanga 2021.

Mwomenya y’uko abakinyi b’intamba mu rugamba bashoboye gufata urugendo ari abakinyi 23, abamenyereza nabo akaba ari Omar Ntakagero , Joslin Bipfubusa hamwe na Amidou Hassan.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 71