HomeMutima le comedien muri bye bye Vacance
Array

Mutima le comedien muri bye bye Vacance

Bigusaba kuhagera kw’isaha kuko gutwenga ngo ni ngombwa mutima ariteguye.
Kuri indundi TV biroroshe kumenya amateka n’ibikorwa vya Mutima le Comedian.

Impano afise yo batwenza umusi wose n’ibibazo ufise ukavyibagira

Mutima abahamagarira kuzoza guteramana nawe kw’igenekerezo rya 5 nyakanga 2021 isaha icenda kuri New Panorama.

Ka kazoba ari akaryo keza Ko kumwibonera amaso mu yandi arikumwe n’umurwi wiwe (team Mutima).

Ni muntumbero yo kurangiza uburuhuko mu kanyamuneza.

Kubwa Mutima ngo ntawukumiriwe abava mu mihingo yose murahawe ikaze na cane cane abasanzwe bahegereye Musaga,kinanira,kanyosha…….
Bwira mugenzi waw abwire mugenzi we
ko atampamvu yogusiba
narirya gutwenga vyongereza imisi yokubaho

 

- Advertisment -

Must Read

Big Fizzo ngo n’abandi nibatumirwe

0
Uno musi impari ntizibuze ku buryo ibiteramo Big Fizzo aheruka gukorera ku mugabane wa buraya vyagenze, ariko kubwiwe ngo ibiteramo vyagenze neza cane. Mu kiganiro...