5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Abakinyi 3 b’abarundi berekeje kugeragezwa mu Rwanda muri Mukura Victory Sports

# Abakinyi 3 b’abarundi berekeje kugeragezwa mu Rwanda muri Mukura Victory Sports

 

Abakinyi b’abarundi bashika kuri 3 berekeje mu Rwanda mu mugwi Mukura Victory Sports gukorayo igeragezwa.

Abo bakinyi akaba ari uwahoze ari Kizigenza wa Buja City muri kino gihe yahora akina muri Top Junior Sinzinkayo Fabrice , uwundi ni uwitwa Saleh mu mwaka uheze yakiniye umugwi Bs Dynamic hamwe na Ramadhani  Pascal kizigenza wa Olympic Stars y’i Muyinga .

Abo bakinyi bakaramuka batoye igeragezwa muri Mukura Victory Sports bazoba bahambije abandi bakinyi b’abarundi bakina mu Rwanda nka Hussein Shabani Tchabalala , Kwizera Pierrot , Bigirimana Abedi , Ngando Omar n’abandi .

 

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Umugwi Geita Fc waraye wirikanye Etienne Ndayiragije

0
    Umumenyereza w’umurundi Etienne Ndayiragije ntakibarizwa mu mugwi Geita Fc wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania . ku musi w’Imana igenekerezo rya 24...