Inkino

Breaking News : Urutonde rw’abakinyi 11 b’intamba baza gutangura mu kibuga

Staff y’intamba mu rugamba irongowe na Joslin Bipfubusa ihejeje gushira ahabona urutonde rw’abakinyi 11 bagiye gutangura mu kibuga isaha icumi 16h00 mu masaha ya hano iwacu mu rukino rwa kivandimwe ruza kubahuza na Seychelles .

Abakinyi 11 baza gutangura akaba ari aba bakurikira :

1) Ndikumana Justin
2) Muryango Moussa
3) Dieu Merci
4) Hakizimana Issa
5) Nshimirimana Ismail
6) Styves Nzigamasabo
7) Ntibazonkiza Saidi
8) Ngabonziza Blanchard
9) Nimubona Emery
10) Shaka Tresor
11) Bigirimana Blaise

Mwomenya y’uko muri urwo rukino kizigenza w’intamba mu rugamba ari Saidi Ntibazonkiza .

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 62