5.5 C
New York
Wednesday, October 20, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports | Francine Niyonsaba yaraye asubiriye gufata ikibanza ca mbere...

# Indundi Sports | Francine Niyonsaba yaraye asubiriye gufata ikibanza ca mbere muri Allianz Memorial Van Damme sport

Umunonotsikazi Francine Niyonsaba yaraye asubiye gutera iteka igihugu mu gufata ikibanza ca mbere mu nkino zo kwinonora imitsi za Allianz Memorial Van Damme Sport zaraye zibereye i Bruxelles mu gihugu c’Ububirigi.

Francine Niyonsaba akaba yabaye uwa mbere akora Record mu kwiruka ikirere c’imetero 5000 mu mwanya muto umwanya ungana na 14:25:34.

Ishavu ryo gukurwa muri Jeux Olympic Tokyo aho yagirijwe y’uko yahonyoye umurongo akaba yariheje muri iryo higanwa.

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...