Day: September 7, 2021

Drama T ntayivugije, ayiciye umurya

 Ivyo Drama T yaheruka gushikiriza mu kiganiro yagiranye na Indundi Tv, arabishize ahabona. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi yari yamenyesheje ko atawomubuza ubucuti n'umuntu n'umwe. Aho ni mu gihe bariko bamubaza…