HomeIKIRUNDI_newsInkinoIndundi Sports | Breaking News| Urutonde rw’abakinyi 11 b’intamba baza gutangura mu...

Indundi Sports | Breaking News| Urutonde rw’abakinyi 11 b’intamba baza gutangura mu kibuga

Urutonde rw’abakinyi 11 b’intamba mu rugamba baza gutangura mu kibuga mu rukino rugiye kubahuza na Comores isaha icumi 16h00 mu masaha ya hano iwacu .

ABo bakinyi 11 akaba ari aba bakurikira:

1) Nahimana Jonathan
2) Nimubona Emery
3) Ngabonziza Blanchard
4) Hakizimana Issa
5) Nshimirimana David
6) Dieu Merci
7) Bigirimana Blaise
8) Nshimirimana Ismail
9) Shaka Bienvenue
10) Nzigamasabo Styves
11) Ndikumana Asman Garden

Biravuwa y’uko kizigenza w’intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza ataza kuboneka mu kibuga bivanye n’imvune afise.

 

- Advertisment -

Must Read

Hujali, Godas’s new song will be out soon

0
Hujali is a new song of the singer Godas Muhoza. We recently informed you of its probable date of publication, but the real date...