Inkino

# Indundi Sports | Francine Niyonsaba ahamagarira abarundi bose kumushigikira

Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 08 Nyakanga 2021 isaha cumi n’imwe n’iminota mirongo itatu n’itanu 17h35 , niho umunonotsikazi w’umurundi Francine Niyonsaba aza guhiganwa muri Finale ya Diamond League mu gisagara ca Zurich muri Suisse, ivyo bikana bibaye inyuma yo kumara imyaka 3 yose adahonyoza ikirenge muri Finale y’iryo higamwa .

Francine kuva aho akuriwe mu mahiganwa ya Jeux Olympic Tokyo 2020 aho yagirijwe y’uko yahonyoye ku murongo amahiganwa amaze kujamwo yose yama yafashe ikibanza ca mbere.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 52