5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
HomeEntertainmentKuzamusic| Iyamirize amabi akorerwa abakenyezi

Kuzamusic| Iyamirize amabi akorerwa abakenyezi

Kuzamusic ifadikanije n’ikigo c’abafaransa mu Burundi barabahamagarira kuza kwifatanya nabo igenekerezo rya 10 nyakaga 2021 ku cicaro c’ikigo IFB mu mugambi wo gutuza amabi akorerwa abakenyezi babicishije mu ndirimbo, kwinjira ni kubuntu

Mwomenya ko hazoba hari umuririmvyi asanzwe akorana na kuzamusic Andy Mwag hamwe n’abaririmvyikazi batatu batowe kugira baserukire abakenyezi bikore mu gahogo, hari indirimbo bashoboye gukorera hamwe bazozigaragaza kuri iryo genekerezo nyene.

Babasaba kudasiba muze mushigikirane, muturize hamwe amabi akorerwa umukenyezi.

- Advertisment -

Must Read

Jaja ngo ashaka ko abarwayi bakire indwara zabo biciye mu kwizera

0
Amazina yahawe n'abavyeyi ni Uwimana Jeanine akaba azwi kw'izina rya Jaja Jeanine Umwuga wo wo kuririmba yawutanguye akiri muto mw'ishure ry'abana mu nyuma yaho araheza abifata...