5.5 C
New York
Wednesday, January 26, 2022
HomeIKIRUNDI_newsInkino# indundi Sports | Fiston Abdoulrazaq yaguzwe n’umugwi wa Olympique Club Kourigba

# indundi Sports | Fiston Abdoulrazaq yaguzwe n’umugwi wa Olympique Club Kourigba

 

 

 

Inyuma yo kurangiza amasezerano n’umugwi Young Africans wo mu gisagara ca Dar es Salaam mu gihugu ca Tanzania , umusatirizi w’intamba mu rugamba Fiston Abdoulrazaq yaraye ashize umukono ku masezerano yo gukinira umugwi wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Maroc witwa Olymlique Club Kourigba .

Fiston akaba yaraye ashize umukono ku masezerano yo gukinira uwo mugwi mu kiringo c’imyaka ibiri .

Naho atakintu kinini yafashije Yang Africans mw’ihigan riheruka amateka yakoze mu mugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba niyo ashobora kuba yatumye yipfuzwa n’uwo mugwi .

Mwomenya ko Fiston Abdoulrazaq amaze gukina mu bihugu bitari bike nka Congo Brazzaville , Kenya , Africa y’epfo iraq, Angola , Algerie , Egypt hamwe na Tanzania.

 

- Advertisment -

Must Read

Uko za nkino z’ibihangange muri basketball zagenze

0
Ihiganwa Super finale n'ihiganwa ryashizweho n'ishirahamwe ry'umupira w'amaboko basketball (FEBABU) ifadikanije n'ishirahamwe Brarundi babicishije mu kinyobwa Viva. Iryo higanwa rikaba rihuza imirwi imaze gushika mu...