5.5 C
New York
Wednesday, October 20, 2021
HomeEntertainmentEsther Nish yisabiye urukundo, ibitamenyerewe mu bigeme hano iwacu

Esther Nish yisabiye urukundo, ibitamenyerewe mu bigeme hano iwacu

Inyuma y’imisi havugwa Indirimbo hagati ya Kijanya na Esther Nish, iyo ndirimbo yahavuye isohoka ku mugoroba wo kuri uyu wa gatanu.

Iyo ndirimbo ikaba itandukanye gato n’izo twari tugize imisi twumva, kuko muriyo Esther Nish yisabiye urukundo, mu gihe twari tumenyereye umusore ariwe yirehereza.

Iyo ndirimbo yakozwe na Yves Kolly amasanamu agakorwa na Hugues Bana, aranabonekamwo ivyo abantu batari bake bamirira kure arivyo gushira imbere amafaranga mu kuresha, nahone uciye ku bavyeyi.

Iyo ndirimbo ikaba irakirwa neza, kuko mu masaha 2 abarenga 1000 bari bamaze kuyiraba kuri YouTube.

Iyo ndirimbo ikaba itarashirwa ku mbuga zigurisha umuziki, canke bunviriza babanje kuriha.

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...