5.5 C
New York
Wednesday, January 26, 2022
HomeIKIRUNDI_newsInkino# Indundi Sports | Kwizera Pierrot yaraye afashije As Kigali gutsinda Olymlique...

# Indundi Sports | Kwizera Pierrot yaraye afashije As Kigali gutsinda Olymlique Misiri

Kwizera Pierrot yarangije neza inkino za Caf Confederation Cup.

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 10 Nyakanga 2021, niho umugwi Olympique Misiri wo muri Comores wari wakiriye umugwi As Kigali wo mu gihugu c’Urwanda mu nkino za mbere CAF Confédération Cup, urwo rukino rukaba rwarangiye Olympique Misiri itsinzwe ibitsindo 2 kuri 1 n’umugwi As Kigali.

Muri ivyo bitsindo vya As Kigali harimwo igitsindo c’umukinyi wo hagati w’intamba mu rugamba Kwizera Pierrot akaba ari naco cabaye igitsindo ca mbere , mugihe ica kabiri cinjijwe na Robert Saba.

Urukino rwo gusubiriza rukaba rwitezwe mundwi buca dutangura ku kibuga Regional kiri mu gisagara ca Kigali.

Mwomenya y’uko atari Pierrot wenyene yakinye urukino rwose na Hussein Shabani Tchabalala nawe nyene yashoboye gukina urukino rwose.

- Advertisment -

Must Read

Uko za nkino z’ibihangange muri basketball zagenze

0
Ihiganwa Super finale n'ihiganwa ryashizweho n'ishirahamwe ry'umupira w'amaboko basketball (FEBABU) ifadikanije n'ishirahamwe Brarundi babicishije mu kinyobwa Viva. Iryo higanwa rikaba rihuza imirwi imaze gushika mu...