5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
HomeBurundiKimana Edith aritoza mubazorongora amical des musiciens

Kimana Edith aritoza mubazorongora amical des musiciens

Ni mugihe mw’ishirahamwe ry’abaririmvyi (amical des musiciens) hari ubutegetsi bw’imfata kibanza burongowe na Romeo Ininahazwe.

Amatora nyezina vuba arashirwa ku mugaragaro naho ukwezi kwa myandagaro kwarangiye kandi arikwo bari batubwiye ko amatora azoberamwo turindire irindi sango.

Uwurekuriwe gutora canke kwitoza ni uwo wese afise indanga muririmvyi( carte d’amical des musiciens)
Roméo niwe muntu wa mbere twatanguye kumenya ko azokwitoza.

Kimana Edith asanzwe arongoye Bantu bwoy akaba n’umufasha wa Big Fizzo abicishije kuri status ziwe aremeza ko nawe agiye kwitoza ngo arongore ishirahamwe ry’abaririmvyi Amical des musiciens.

Gumana natwe mukurindira amatora, tuzokubwira abitoje bose n’uwuzotsinda na rirya haburana babiri hagatsinda umwe.

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Umugwi Geita Fc waraye wirikanye Etienne Ndayiragije

0
    Umumenyereza w’umurundi Etienne Ndayiragije ntakibarizwa mu mugwi Geita Fc wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania . ku musi w’Imana igenekerezo rya 24...