Indundi Sports | Umugwi Aigle Noir ugiye gukina urukino rwa kivandimwe n’umugwi wa Simba Sc
Inyuma y’aho abakinyi ba Aigle Noir bamariye imisi bari mu gihugu ca Tanzania mu gisagara ca Arusha , bagiye gukina urukino rwa kivandimwe na Simba Sc, urwo rukino bakaba bazorukina kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 14…