5.5 C
New York
Sunday, September 26, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports| Umukinyi umwe umwe wa Aigle Noir yaronkejwe amafaranga ibihumbi...

# Indundi Sports| Umukinyi umwe umwe wa Aigle Noir yaronkejwe amafaranga ibihumbi amajana atatu

Inyuma y’aho umugwi Aigle Noir werekereje i Arusha mu gihugu ca Tanzania mu ntumbero yo kwitabira ubutumire bwa Simba Sc mu gukina urukino rwa kivandimwe n’uwo mugwi  bagatsindwa ibitsindo 2-1 , abakinyi baraye bafashe urugendo rubashikana i Makamba.

Mu majambo umukenguzamateka Reverien Ndikuriyo yashinze uwo mugwi yanditse biciye kuri Facebook yemereye agashirukabute kuri buri mukinyi kangana n’ibihumbi amajana atatu ( 300.000 bif), akaba yanditse ati:

“Fondation Pax Burundi
Prime : 300.000 bif
Destination: chaque joueur
Motif : Déplacement Arusha VS SIMBA.
Observation : bonne prestation

🦾🦾🦾🦾🦾⚽️⚽️⚽️⚽️⚽️🦅🦅🦅🦅🦅

Hongera sana vijana. Urukino ruheze batanguye urugendo berekeza i Makamba. Bakaba baraye SINGIDA ( 300km d’ARUSHA) baza ku rukino rwo ku munsi w’Imana VS MUSONGATI kuri NPPC.

We are eagles we are the fighters🦅🦅🦅🦅🦅🦅🦅🦅🦅🦅🦅

Mwomenya y’uko uwo mugwi Aigle Noir mu kwezi guheze abakinyi bawo bari bagize isanganya ivyatumye badakina inkino z’indwi ya 3 y’ihiganwa rya Primus League 2021-2022.

 

- Advertisment -

Must Read

# indundi Sports| Ndikumana Justin yongewe amasezerano muri Bandari Fc

0
Justin Ndikumana abandanya yizerwa muri Bandari Fc umugwi wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Kenya. Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya...