5.5 C
New York
Wednesday, October 20, 2021
Homeabakinyi bakina hanzeIndundi Sports | PAM Business Company yashize ahabona umutobe w'akataribwaboneke Flo...

Indundi Sports | PAM Business Company yashize ahabona umutobe w’akataribwaboneke Flo Juice

 

Flo Juis ni umutobe ukozwe mu misigati hamwe na Tangawizi .

kuri uyu wa Kane waraye uheze igenekerezo rya 16 Nyakanga 2021 , Uruganda PAM Business Company rwari rwatunganije ikiganiro ku banditsi hamwe n’abamenyeshamakuru b’inkino.

Intumbero yabo kwari ukumenyekanisha umutobe wabo witwa Flo Juice hamwe na Ryosha Pilipili ikozwe mu buryo bwiza .

Inyuma yaho haciye haba ugushirako umukono ku masezerano hagati ya PAM Business Company hamwe n’umumenyeshamakuru w’inkino asanzwe akorera Insamirizi Buja FM Niyonkuru Suleimana Alias Papa Utamu.

Papa utamu akaba yagizwe Brand Ambassadeur nurwo ruganda kugira azorumenyekanishe cane cane kuvyo rudandaza .

Urwo ruganda narwo rukaba rwashoboye kumurihira itike y’ indege imushikana i Dar es Salaam mu ntumbero yo kurumenyekanisha hamwe no gutangaza urukino rwo gusubiza rwa CAF Champions League rugiye guhuza Messager Ngozi hamwe na US Gendermerie yo mu gihugu ca Niger .

Mwomenya ko ayo masezerano ya Suleiman na PAM Business Company azomara ikiringo c’umwaka .

 

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...