Akanyamuneza ni kose kwa Dudu kubera Impamyabushobozi y’umukunzi wiwe
Dudu Niyukuri umuririmvyi w’umurundi abarizwa mu gihugu ca Kenya yerekanye akanyamuneza afitiye umutambukanyi wiwe kubera iteka yateye umuryango mukuguronswa urupapuro rw’umutsindo. Kw’ishusho uwo mutambukanyi wa Dudu akaba…