5.5 C
New York
Wednesday, October 20, 2021
Homefootball# indundi Sports| Ndikumana Justin yongewe amasezerano muri Bandari Fc

# indundi Sports| Ndikumana Justin yongewe amasezerano muri Bandari Fc

Justin Ndikumana abandanya yizerwa muri Bandari Fc umugwi wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Kenya.

Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 25 Nyakanga 2021 niho umunyegori w’intamba mu rugamba Justin Ndikumana yaraye yongewe amasezerano yo gukinira umugwi Bandari Fc wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Kenya, akaba yashize umukono ku masezerano yo gukinira uwo mugwi ikiringo c’imyaka 3.

Ndikumana Justin batazira Kabengele akaba ari umwe mu banyegori bafise uburambe bwo gusama, akaba amaze gusamira intamba mu rugamba inkino zitari nke

Aramaze kandi gusamira imigwi ya hano iwacu nka Prince Louis hamwe na Vital’o Fc; muri Congo yakiniye umugwi wa St Loi Lupopo mugihe muri Kenya yakiniye Sofapaka Fc muri kino gihe akaba ari muri Bandari Fc .

 

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...