Ivya Monna Walda na Bainturo bishobora gukemukira mu Butungane
Monna walda ashobora gutwara imbere y'ubutungane umuririmvyi Bainturo kubera ivyo aheruka kumukorera. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram, Monna yijeje umumenyeshamakuru Dacia Munezero ko atazokwihoza ibiheruka…