HomeMireille Kami ari mu gahinda n'umubabaro bidasanzwe.
Array

Mireille Kami ari mu gahinda n’umubabaro bidasanzwe.

Ni umuririmvyikazi abarizwa mu gihugu c’Ubufaransa ariko ibikorwa vyiwe akunda kubikorana n’abahinyanyuzi bo mu gihugu ciwe c’amavukiro.

Urupfu ni ikintu kiza kidateguje kandi twese niyo nzira ariko naho bimeze uko iyo rugutwaye uwawe ningombwa rugusige mu marira n’agahinda.

Igenekerezo rya 26 nyakanga 2021 niho bumva inkuru y’incamugongo ko umuvyeyi ariwe nyina batakiri kumwe mu mwuka w’abazima. Aho ni mu gihe bari banamurungitse mu gihugu ca Kenya kuvurirwayo
ariko Imana irisubiza ku vyayo.

Ivyihutirwa ubu nuko ikiziga cozanwa mu Burundi bakamufubana iteka mu gihugu c’Uburundi, murazi ko ari igikorwa kitoroshe umuryango ni ukuwuba hafi na rirya bari mu bihe bitoroshe.

Indundi magazine irahojeje umuryango wabuze na cane cane uwo muririmvyikazi Kami Imana ibahe ukwihangana.

- Advertisment -

Must Read

Soixante millions de francs burundais accordés au Flambeau du Centre.

0
Le président de l'équipe Flambeau du centre de Gitega a accordé 60 millions de francs burundais aux joueurs et au personnel de l'équipe. La...